UMUSIMUKURU WABAKOZI N’AKAZI

Kucivugo kivuga giti »Twitabe Amatora tudasize inyuma ibikorwa vy’iterambere ry’igihugu cacu n’ingo zacu »hahimbajwe kuruyu wagatanu igenekerezo rya mbere Rusama umusi mpuzamakungu w’abakozi n’akazi.Muntara ya Rumonge ibirori vyabereye kukibuga c ‘umupira w’amaguru kiri kumurwa mukuru w’iyo ntara navyo bikaba vyitabiriwe n’abari mumashirahamwe y’abakozi atandukanye hatibagiwe abarongoye iyo ntara.

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *