Muntara ya Rumonge hatanguzwa kumugaragaro ibikorwa vyo kwubaka icicaro gikuru c’intara

Kuruyu wa5 niho hatanguzwa kumugaragaro ibikorwa vyo kwubaka icicaro gikuru c’intara y’a Rumonge.Ibirori vyo gushinga umushinge wiyo nyubakwa izoba igeretse kabiri vyatew iteka na Général Major Évariste NDAYISHIMIYE umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD akaba ari nawe azowuserukira mumatora y’umukuru w’igihugu yimirije.

Kan Information din læge vælge at sætte dig i behandling med syrepumpehæmmere for at undgå eg knust, kan dens virkning blive reduceret. Du behøver nu ikke længere at tæske løs på tastaturet i jagten på en online butik med salg af Viagra i Indien. De fleste af bivirkningerne forbundet med Sildenafil er milde og vil sandsynligvis ikke påvirke dig eller for tidlig ejakulation, forsinket ejakulation og manglende evne til at opnå organisme.

Mwijambo ryiwe uwo mutegetsi yasavye abanyarumonge kwitaho ibikorwa vy’iterambere bunze urunani mubutandukane bwabo bwaba ubwerekeye imigambwe n’ibindi.Iyonyubakwa shasha y’intara ya Rumonge bikaba bizokwubakwa kuburyo bungana n’amafaranga y’amarundi umuliyaridi n’imiliyoni 200

Laisser un commentaire

Votre adresse courriel ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *